Kuvayo 25:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uze ushire nya murumyo+ hejuru kw’Isandugu, kandi muri nya Sandugu uzoshirayo igishingantahe nzoguha. Kuvayo 31:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+.
21 Uze ushire nya murumyo+ hejuru kw’Isandugu, kandi muri nya Sandugu uzoshirayo igishingantahe nzoguha.
18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+.