1 Abami 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Dawidi dawe agira icipfuzo mu mutima wiwe co kwubakira inzu izina rya Yehova Imana ya Isirayeli+. 1 Ngoma 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Natani aca abwira Dawidi ati: “Ikintu cose kiri mu mutima wawe nugikore+, kuko Imana y’ukuri iri kumwe nawe+.” 1 Ngoma 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Dawidi abwira Salomo umuhungu wiwe ati: “Jewe ubwanje naragize icipfuzo mu mutima wanje+ co kwubakira inzu izina+ rya Yehova Imana yanje.
17 Nuko Dawidi dawe agira icipfuzo mu mutima wiwe co kwubakira inzu izina rya Yehova Imana ya Isirayeli+.
2 Natani aca abwira Dawidi ati: “Ikintu cose kiri mu mutima wawe nugikore+, kuko Imana y’ukuri iri kumwe nawe+.”
7 Nuko Dawidi abwira Salomo umuhungu wiwe ati: “Jewe ubwanje naragize icipfuzo mu mutima wanje+ co kwubakira inzu izina+ rya Yehova Imana yanje.