ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kuko wewe, Yehova nyen’ingabo, Mana ya Isirayeli, wahishuriye ugutwi kw’umusavyi wawe uti: ‘Nzokwubakira inzu+.’ Ni co gitumye umusavyi wawe agira umutima rugabo wo kugusenga n’iri sengesho+.

  • 1 Abami 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ubu rero, ndahiye ukubaho kwa Yehova+ we yanshimangiye+ kandi akangumiza ku ntebe y’ubwami ya Dawidi dawe+ akongera akanyubakira inzu+ nk’uko nyene yavuze+: uno musi Adoniya aricwa+.”

  • 1 Ngoma 17:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 egome, guhera mu misi nashiraho abacamanza+ ngo bategeke abantu banje Isirayeli. Kandi ata gukeka nzocisha bugufi abansi+ bawe bose. Vyongeye, nkumenyesheje nti: ‘Yehova kandi azokwubakira inzu+.’

  • 1 Ngoma 22:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, kandi azombera umwana+, nanje ndamubere se+. Sinzobura gushimangira intebe y’ubwami y’ingoma yiwe+ kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero.’

  • Zaburi 89:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 ‘Nzoshimangira uruvyaro rwawe mbere gushika igihe kitagira urugero+,

      Kandi nzokwubaka intebe yawe y’ubwami+ iyaruka ku rindi.’” Sela.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika