Yosuwa 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iki ni co gihugu kigisigaye+: uturere twose tw’Abafilisitiya+ n’Abageshuri+ bose 2 Samweli 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abafilisitiya+ bongera kurwana intambara na Isirayeli. Nuko Dawidi ari kumwe n’abasuku biwe bamanuka kurwanya Abafilisitiya; maze Dawidi araruha.
15 Abafilisitiya+ bongera kurwana intambara na Isirayeli. Nuko Dawidi ari kumwe n’abasuku biwe bamanuka kurwanya Abafilisitiya; maze Dawidi araruha.