2 Samweli 19:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko urugo rwa dawe rwose ata kindi rwocitse atari urugenewe gupfa imbere y’umukama wanje umwami, yamara washize umusuku wawe mu barira ku meza yawe+. Hari ikindi none novuga ko mfitiye uburenganzira ngo nongere gutakambira+ umwami?” 1 Abami 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Nayo bene Baruzilayi+ Umugileyadi, uze ubagirire ubuntu bwuzuye urukundo; baze babe mu barira ku meza yawe+; kuko ukwo ari ko banyiyegereje+ igihe nahunga mvuye imbere ya Abusalomu mwene wanyu+. Imigani 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Uwutanga cane azodoheshwa+, kandi uwuvomēra abandi ku bwinshi na we ubwiwe azovomērwa ku bwinshi+. Yesaya 32:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo umutanzi, ivy’ubutanzi ni vyo yiyumviriye; kandi ivy’ubutanzi ni vyo azohaguruka ngo aburanire+.
28 Kuko urugo rwa dawe rwose ata kindi rwocitse atari urugenewe gupfa imbere y’umukama wanje umwami, yamara washize umusuku wawe mu barira ku meza yawe+. Hari ikindi none novuga ko mfitiye uburenganzira ngo nongere gutakambira+ umwami?”
7 “Nayo bene Baruzilayi+ Umugileyadi, uze ubagirire ubuntu bwuzuye urukundo; baze babe mu barira ku meza yawe+; kuko ukwo ari ko banyiyegereje+ igihe nahunga mvuye imbere ya Abusalomu mwene wanyu+.
25 Uwutanga cane azodoheshwa+, kandi uwuvomēra abandi ku bwinshi na we ubwiwe azovomērwa ku bwinshi+.
8 Nayo umutanzi, ivy’ubutanzi ni vyo yiyumviriye; kandi ivy’ubutanzi ni vyo azohaguruka ngo aburanire+.