ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze Dawidi avuga ati: “Hari uwoba agisigaye mu nzu ya Sauli ngo ndamugirire ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bwa Yonatani+?”

  • 2 Samweli 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Dawidi abandanya kumubwira ati: “Ntutinye, kuko ntazobura kukugirira ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bwa Yonatani so wawe+; kandi nzogusubiza koko itongo+ ryose rya Sauli sokuru wawe, kandi wewe ubwawe uzokwama urira umukate ku meza yanje+.”

  • 2 Samweli 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Uze umurimire ubutaka, wewe n’abahungu bawe n’abasuku bawe, kandi uze umwimburire umwimbu, uno uze ubere ibifungurwa abegukira umwuzukuru wa shobuja, na bo baze babirye; mugabo Mefibosheti, umwuzukuru wa shobuja, azokwama arira umukate ku meza yanje+.”

      Kandi Ziba yari afise abahungu cumi na batanu n’abasuku mirongo ibiri+.

  • 2 Samweli 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mefibosheti yaba i Yeruzalemu, kuko ku meza y’umwami ari ho yama arira+; kandi yari amugaye ibirenge vyompi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika