Zaburi 112:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yaratanze cane; yarahaye aboro+. צ [Tsade]Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera+. ק [Kofu]Ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru mu buninahazwa+. Imigani 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Hariho uwusanzaza yamara ivyiwe bikongerekana+; hari n’uwureka gukora ibibereye mugabo hakavamwo ubukene gusa+. Ivyakozwe 9:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Petero aca arahaguruka ajana na bo. Hanyuma ashitse, bamudugana muri ca cumba co hejuru; maze abapfakazi bose baza kuri we barira bongera berekana impuzu z’imbere n’impuzu zo hejuru+ Doruka yahora akora akiri kumwe na bo+.
9 Yaratanze cane; yarahaye aboro+. צ [Tsade]Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera+. ק [Kofu]Ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru mu buninahazwa+.
24 Hariho uwusanzaza yamara ivyiwe bikongerekana+; hari n’uwureka gukora ibibereye mugabo hakavamwo ubukene gusa+.
39 Petero aca arahaguruka ajana na bo. Hanyuma ashitse, bamudugana muri ca cumba co hejuru; maze abapfakazi bose baza kuri we barira bongera berekana impuzu z’imbere n’impuzu zo hejuru+ Doruka yahora akora akiri kumwe na bo+.