Itanguriro 42:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yozefu aca yibuka indoto yari yararose ku biberekeye+; yongera ababwira ati: “Muri abatasi! Mwaje kuraba aho igihugu kigoyagoya+!” Guharura 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Niwirungikire abagabo kugira ngo batate igihugu ca Kanani, ico ngira mpe bene Isirayeli+. Muzorungika umugabo umwe ku muryango umwumwe wose wa ba se, umwe wese abe ari umukuru+ muri bo.” Yosuwa 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Yosuwa mwene Nuni arungika mu mpisho abagabo babiri ngo baje gutata, bavuye i Shitimu+, avuga ati: “Nimugende, mwihweze ico gihugu na Yeriko.” Nuko baragenda hanyuma bashika ku nzu y’umugore w’umumaraya yitwa Rahabu+, maze baka indaro ng’aho.
9 Yozefu aca yibuka indoto yari yararose ku biberekeye+; yongera ababwira ati: “Muri abatasi! Mwaje kuraba aho igihugu kigoyagoya+!”
2 “Niwirungikire abagabo kugira ngo batate igihugu ca Kanani, ico ngira mpe bene Isirayeli+. Muzorungika umugabo umwe ku muryango umwumwe wose wa ba se, umwe wese abe ari umukuru+ muri bo.”
2 Maze Yosuwa mwene Nuni arungika mu mpisho abagabo babiri ngo baje gutata, bavuye i Shitimu+, avuga ati: “Nimugende, mwihweze ico gihugu na Yeriko.” Nuko baragenda hanyuma bashika ku nzu y’umugore w’umumaraya yitwa Rahabu+, maze baka indaro ng’aho.