1 Abami 20:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu nyuma wa muhanuzi+ yegera umwami wa Isirayeli, amubwira ati: “Genda wikomeze+, hanyuma urabe maze ubone ico uzokora+; kuko mu ntango z’umwaka umwami wa Siriya azoduga kukurwanya+.” 2 Ngoma 36:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu ntango z’umwaka+, Umwami Nebukadinezari atuma abasuku biwe+ maze bamuzana i Babiloni+ hamwe n’ibintu bihimbaye vyo mu nzu ya Yehova+. Vyongeye, yimika Zedekiya+ mwene wabo na se, ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu+.
22 Mu nyuma wa muhanuzi+ yegera umwami wa Isirayeli, amubwira ati: “Genda wikomeze+, hanyuma urabe maze ubone ico uzokora+; kuko mu ntango z’umwaka umwami wa Siriya azoduga kukurwanya+.”
10 Mu ntango z’umwaka+, Umwami Nebukadinezari atuma abasuku biwe+ maze bamuzana i Babiloni+ hamwe n’ibintu bihimbaye vyo mu nzu ya Yehova+. Vyongeye, yimika Zedekiya+ mwene wabo na se, ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu+.