2 Samweli 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inyuma y’ivyo, Dawidi atuma intumwa kumuzana+. Yinjira rero aho Dawidi ari+ maze Dawidi aryamana na we+, ico gihe uwo mugore akaba yariko yihumanura ubuhumane bwiwe+. Mu nyuma asubira ku nzu yiwe.
4 Inyuma y’ivyo, Dawidi atuma intumwa kumuzana+. Yinjira rero aho Dawidi ari+ maze Dawidi aryamana na we+, ico gihe uwo mugore akaba yariko yihumanura ubuhumane bwiwe+. Mu nyuma asubira ku nzu yiwe.