ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 27:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Ariko Esawu abikira akazikira Yakobo kubera umuhezagiro se wiwe yari yamuhezagiye+, kandi Esawu aguma avuga mu mutima wiwe+ ati: “Imisi y’ikiringo co kugandarira dawe iriko iregereza+. Inyuma y’aho, nzokwica Yakobo mwene wacu+.”

  • Zaburi 7:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Raba! Hari umuntu yibungenze ibintu bibabaza+,

      Yasamye inda y’ivyago, kandi nta kabuza azokwibaruka ikinyoma+.

  • Imigani 18:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Umuvukanyi agabitanijweko aruta igisagara gikomeye+; kandi hariho amahane ameze nk’igihindizo c’umunara wo kubamwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika