2 Samweli 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nya mugore abandanya kuvuga ati: “Kubera iki none wiyumviriye gutyo+ ngo ugirire nabi abantu b’Imana+? Mu gihe umwami avuga iryo jambo, ameze nk’uwufise ikimwagira+, kuko umwami atagarukana uwo yomoye+.
13 Nya mugore abandanya kuvuga ati: “Kubera iki none wiyumviriye gutyo+ ngo ugirire nabi abantu b’Imana+? Mu gihe umwami avuga iryo jambo, ameze nk’uwufise ikimwagira+, kuko umwami atagarukana uwo yomoye+.