Rusi 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Aho uzopfira ni ho nzopfira+, kandi ni ho nzohambwa. Yehova angirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nihagira ikindi kintandukanya nawe atari urupfu.” Imigani 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+. Imigani 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Hari abagenzi baguma barondera kumenagurana+, mugabo hari umugenzi amata ku muntu kuruta uwo bavukana+. Matayo 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Haza umwanditsi umwe, amubwira ati: “Mwigisha, nzogukurikira iyo uzoja hose+.”
17 Aho uzopfira ni ho nzopfira+, kandi ni ho nzohambwa. Yehova angirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nihagira ikindi kintandukanya nawe atari urupfu.”
17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+.
24 Hari abagenzi baguma barondera kumenagurana+, mugabo hari umugenzi amata ku muntu kuruta uwo bavukana+.