2 Samweli 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hushayi+ Umwaruki+, umugenzi wa Dawidi+, akimara kwinjira aho Abusalomu ari, atangura kubwira Abusalomu ati: “Umwami nabeho+! Umwami nabeho!” 1 Ngoma 27:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ahitofeli+ yari umujanama+ w’umwami; Hushayi+ Umwaruki+ yari umugenzi w’umwami+. Imigani 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+.
16 Hushayi+ Umwaruki+, umugenzi wa Dawidi+, akimara kwinjira aho Abusalomu ari, atangura kubwira Abusalomu ati: “Umwami nabeho+! Umwami nabeho!”
17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+.