ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 10:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Maze Samweli abwira abantu bose ati: “Mwabonye uwo Yehova yatoye+, yuko ata n’umwe ameze nka we mu bantu bose?” Nuko abantu bose batangura gusemerera bati: “Umwami nabeho+!”

  • 1 Abami 1:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kuko uyu musi yamanutse, kugira ngo ashikane ibimazi+ vy’amashūri n’ibitungwa bikiri bito binuze n’intama vyinshi, no kugira ngo atumire abahungu b’umwami bose n’abakuru b’ingabo na Abiyatari umuherezi+; ehe bariko barira bongera banywera imbere yiwe, kandi baguma bavuga ngo: ‘Umwami Adoniya nabeho+!’

  • 2 Abami 11:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Maze asohora umuhungu+ w’umwami, amushirako umugāra+ n’Igishingantahe+; gutyo bamugira umwami+, bamurobanuza amavuta+. Nuko batangura gukoma amashi+, bavuga bati: “Umwami nabeho+!”

  • Daniyeli 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Abakaludaya baca babwira umwami mu rurimi rw’igiharameya+ bati: “Ewe mwami, urakaramba ibihe bitagira urugero*+! Bwira abasavyi bawe iyo ndoto iyo ari yo, duheze twerekane insobanuro+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika