Zaburi 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ewe Yehova, kubera iki abarwanizi banje babaye benshi+?Kubera iki benshi bahagurukira kundwanya+? Zaburi 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Benshi bamvugako ngo:“Nta bukiriro afise ku Mana+.” Sela*. Zaburi 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Yehova Mana yanje+, muri wewe ni ho nahungiye+.Nkiza abampama bose, undokore+, Zaburi 71:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ngo: “Imana ubwayo yamuhevye+.Mukurikirane mumufate, kuko ata murokozi ariho+.”
7 Ewe Yehova Mana yanje+, muri wewe ni ho nahungiye+.Nkiza abampama bose, undokore+, Zaburi 71:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ngo: “Imana ubwayo yamuhevye+.Mukurikirane mumufate, kuko ata murokozi ariho+.”