ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 26:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Mu nyuma Abimeleki aza kuri we avuye i Gerari, ari kumwe na Ahuzati umugenzi somambike wiwe na Fikoli umukuru w’ingabo ziwe+.

  • 1 Abami 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Azariya mwene Natani+ yari umukuru w’ivyariho, Zabudi mwene Natani na we akaba umuherezi, umukunzi+ w’umwami;

  • Imigani 17:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+.

  • Imigani 18:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Hari abagenzi baguma barondera kumenagurana+, mugabo hari umugenzi amata ku muntu kuruta uwo bavukana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika