ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 15:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Nuko Dawidi amenyeshwa ngo: “Ahitofeli ari mu bariko bagirana na Abusalomu+ umugambi mubi+.” Dawidi aca avuga ati+: “Ewe Yehova+, ndakwinginze impanuro ya Ahitofeli uyihindure ubupfu+!”

  • 2 Samweli 15:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Mugabo niwasubira mu gisagara ukabwira koko Abusalomu uti: ‘Ndi umusuku wawe, Mwami. Jewe nari umusuku wa so ico gihe, mugabo ubu ndi umusuku wawe+,’ uzoheze unyicire+ rero impanuro ya Ahitofeli.

  • Yobu 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Imwe ihindura ubusa imigambi y’abanyabwenge+,

      Ku buryo amaboko yabo adakora ngo hagire ikivamwo;

  • Imigani 19:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Imigambi yo mu mutima w’umuntu ni myinshi+, mugabo impanuro ya Yehova ni yo izorama+.

  • Imigani 21:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Nta bukerebutsi, nta gutahura, nta mpanuro, mu kurwanya Yehova+.

  • Yesaya 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nimwunge umugambi, ariko uzosenyurwa+! Nimuvuge ijambo iryo ari ryo ryose, ariko ntirizorama, kuko Imana iri kumwe natwe+!

  • 1 Abakorinto 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kuko ubukerebutsi bw’iyi si ari ubupfu ku Mana+; kuko vyanditswe ngo: “Afatira inkerebutsi mu rwenge rwazo bwite+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika