ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 17:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Hushayi aca abwira Abusalomu ati: “Impanuro Ahitofeli yatanze, ubu hoho si nziza+!”

  • 2 Samweli 17:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze Abusalomu n’abagabo ba Isirayeli bose bavuga bati: “Impanuro ya Hushayi Umwaruki ni nziza+ kuruta impanuro ya Ahitofeli!” Kandi Yehova ubwiwe yari yaratanze itegeko+ ryo kwica impanuro+ ya Ahitofeli naho ari nziza+, kugira ngo Yehova azane ivyago+ kuri Abusalomu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika