2 Samweli 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko umugabo wiwe ajana na we, agenda araririra inyuma yiwe gushika i Bahurimu+. Maze Abuneri amubwira ati: “Genda, subira inyuma!” Aca asubira inyuma. 2 Samweli 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwami Dawidi ashika i Bahurimu+, maze umugabo umwe wo mu muryango w’inzu ya Sauli asohoka ng’aho, akaba yitwa Shimeyi+, mwene Gera; mu gusohoka, agenda arahamagarira akabi ku mwami+. 2 Samweli 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze Shimeyi+ mwene Gera+ Umubenyamini, uwava i Bahurimu+, yihutira kumanukana n’abagabo ba Yuda gusanganira Umwami Dawidi.
16 Ariko umugabo wiwe ajana na we, agenda araririra inyuma yiwe gushika i Bahurimu+. Maze Abuneri amubwira ati: “Genda, subira inyuma!” Aca asubira inyuma.
5 Umwami Dawidi ashika i Bahurimu+, maze umugabo umwe wo mu muryango w’inzu ya Sauli asohoka ng’aho, akaba yitwa Shimeyi+, mwene Gera; mu gusohoka, agenda arahamagarira akabi ku mwami+.
16 Maze Shimeyi+ mwene Gera+ Umubenyamini, uwava i Bahurimu+, yihutira kumanukana n’abagabo ba Yuda gusanganira Umwami Dawidi.