2 Samweli 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ndaheza nshike kuri we mu gihe azoba arambiwe kandi aregeye amaboko yompi+, maze ntume koko ajugumira; abantu bose bari kumwe na we baraheza bahunge ata kabuza, nanje ata gukeka nice umwami wenyene+.
2 Ndaheza nshike kuri we mu gihe azoba arambiwe kandi aregeye amaboko yompi+, maze ntume koko ajugumira; abantu bose bari kumwe na we baraheza bahunge ata kabuza, nanje ata gukeka nice umwami wenyene+.