ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 11:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ariko sinzoshikura ubwami bwose+. Umuryango umwe nzowuha umuhungu wawe, kubera Dawidi umusavyi wanje+ no kubera Yeruzalemu natoye+.”

  • 2 Ngoma 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nayo bene Isirayeli baba mu bisagara vya Yuda, Rehobowamu abandanya kubaganza+.

  • 2 Ngoma 11:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Abaherezi n’Abalewi bari muri Isirayeli yose baza kumushigikira bavuye mu turere twabo twose.

  • 2 Ngoma 11:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko bakurikirwa n’abantu bavuye mu miryango yose ya Isirayeli bari bashize umutima wabo ku kurondera Yehova Imana ya Isirayeli; abo bantu baza i Yeruzalemu+ gushikanira ibimazi+ Yehova Imana ya ba sekuruza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika