1 Abami 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ehe, hari umuntu+ w’Imana yari yaje i Beteli avuye muri Yuda, bivuye kw’ijambo+ rya Yehova, mu gihe Yerobowamu yari ahagaze iruhande y’igicaniro+ kugira ngo afumbishe umwotsi w’ibimazi+.
13 Kandi ehe, hari umuntu+ w’Imana yari yaje i Beteli avuye muri Yuda, bivuye kw’ijambo+ rya Yehova, mu gihe Yerobowamu yari ahagaze iruhande y’igicaniro+ kugira ngo afumbishe umwotsi w’ibimazi+.