ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 11:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Nayo ibisigaye mu vya Salomo n’ivyo yakoze vyose n’ubukerebutsi bwiwe, none ntivyanditswe mu gitabu c’ivya Salomo?

  • 1 Abami 15:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nayo ibisigaye mu vya Asa vyose, n’ubushobozi bwiwe bwose n’ivyo yakoze vyose be n’ibisagara yubatse, none ntivyanditswe mu gitabu+ c’ivyo mu misi y’abami ba Yuda? Gusa, mu gihe c’ubusaza bwiwe+, arwara ibirenge+.

  • 1 Ngoma 27:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Yowabu+ mwene Zeruwiya yari yatanguye guharūra, mugabo ntiyarangiza+; ku bw’ivyo Isirayeli irarakarirwa+, maze ico gitigiri nticaja mu nkuru y’ivyo mu misi y’Umwami Dawidi.

  • 2 Ngoma 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nayo ivya Rehobowamu, ivya mbere n’ivya nyuma+, none ntivyanditswe mu majambo ya Shemaya+ umuhanuzi n’aya Ido+ umubonyi hakurikijwe iyandikwa rifatiye ku mamuko? Kandi hama intambara hagati ya Rehobowamu+ na Yerobowamu+ igihe cose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika