2 Ngoma 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inyuma yiwe, yabira Mayaka+ umwuzukuru wa Abusalomu+. Mu nyuma amuvyarira Abiya+ na Atayi na Ziza na Shelomiti. 2 Ngoma 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Aganza imyaka itatu i Yeruzalemu; nyina yitwa Mikaya+ umukobwa wa Uriyeli w’i Gibeya+. Nuko haba intambara hagati ya Abiya na Yerobowamu+.
20 Inyuma yiwe, yabira Mayaka+ umwuzukuru wa Abusalomu+. Mu nyuma amuvyarira Abiya+ na Atayi na Ziza na Shelomiti.
2 Aganza imyaka itatu i Yeruzalemu; nyina yitwa Mikaya+ umukobwa wa Uriyeli w’i Gibeya+. Nuko haba intambara hagati ya Abiya na Yerobowamu+.