1 Abami 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Aganza imyaka itatu i Yeruzalemu; nyina yitwa Mayaka+ umwuzukuru wa Abishalomu+. 2 Ngoma 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inyuma yiwe, yabira Mayaka+ umwuzukuru wa Abusalomu+. Mu nyuma amuvyarira Abiya+ na Atayi na Ziza na Shelomiti.
20 Inyuma yiwe, yabira Mayaka+ umwuzukuru wa Abusalomu+. Mu nyuma amuvyarira Abiya+ na Atayi na Ziza na Shelomiti.