26 Uwo Shelomoti na bene wabo bari bajejwe amatunga yose y’ibintu vyagizwe vyeranda+, ivyo Dawidi+ umwami, n’abakuru b’amazu ya ba sekuru+ babo, n’abakuru b’ibihumbi n’ab’amajana, n’abakuru b’ingabo bari baragize vyeranda.
18 Maze atangura kwinjiza mu nzu y’Imana y’ukuri ibintu se wiwe yari yaragize vyeranda be n’ibintu+ we ubwiwe yari yaragize vyeranda: ifeza n’inzahabu be n’ibikoresho+.