2 Aburamu na we avuga ati: “Mukama Segaba Yehova, uzompa iki, ko ndiko ndagenda ata kana nsize, uwuzokwegukira inzu yanje akaba ari Eliyezeri+ umuntu w’i Damasiko?”
5 Nzovuna igihindizo ca Damasiko+, i Bikati-aveni ndaharandure uwuhaba, n’i Beti-ede ni ndaharandure uwufashe agakoni k’ubutware; kandi abantu b’i Siriya bazobwirizwa kuja i Kiri ari inyagano+,” ni ko Yehova avuze.’