2 Abami 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko umwami wa Ashuri aramwumviriza maze aduga i Damasiko+, arahafata+ hanyuma abantu baho abajana mu bunyagano i Kiri+, Rezini+ na we aramwica. Amosi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nanje nzorungika umuriro+ ku nzu ya Hazayeli+, urigate iminara yo kubamwo ya Beni-hadadi+.
9 Nuko umwami wa Ashuri aramwumviriza maze aduga i Damasiko+, arahafata+ hanyuma abantu baho abajana mu bunyagano i Kiri+, Rezini+ na we aramwica.