1 Abami 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kubera ibicumuro vyose vya Bayasha n’ibicumuro vya Ela+ umuhungu wiwe, ivyo bacumuye bakongera bakabicumurisha Isirayeli mu kubabaza Yehova Imana ya Isirayeli, bakoresheje ibigirwamana vyabo bitagira mvura+.
13 kubera ibicumuro vyose vya Bayasha n’ibicumuro vya Ela+ umuhungu wiwe, ivyo bacumuye bakongera bakabicumurisha Isirayeli mu kubabaza Yehova Imana ya Isirayeli, bakoresheje ibigirwamana vyabo bitagira mvura+.