Zaburi 65:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Witayeho isi, kugira ngo uyihe umukimba+;Urayitungisha cane.Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi+.Utegura intete zabo+,Kuko ukwo ari ko utegura isi+. Zaburi 65:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imirongo yayo y’ubusizi irajobekwa, ibinonko vyayo bikaringanizwa+;Uyorohesha imicuncubuko y’imvura; uhezagira iminago yayo+. Yeremiya 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mbega mu bigirwamana bitagira mvura+ vy’amahanga hari icoshobora kugwisha imvura, canke amajuru ubwayo yoshobora gutanga imvura nyinshi+? None si wewe, ga Yehova Mana yacu+? Kandi turakwizigiye, kuko ari wewe wakoze ivyo bintu vyose+. Matayo 5:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 kugira mwerekane ko muri abana ba So ari mw’ijuru+, kuko atuma izuba rirasira ababi n’abeza, agatuma n’imvura igwira abagororotsi n’abatari abagororotsi+.
9 Witayeho isi, kugira ngo uyihe umukimba+;Urayitungisha cane.Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi+.Utegura intete zabo+,Kuko ukwo ari ko utegura isi+.
10 Imirongo yayo y’ubusizi irajobekwa, ibinonko vyayo bikaringanizwa+;Uyorohesha imicuncubuko y’imvura; uhezagira iminago yayo+.
22 Mbega mu bigirwamana bitagira mvura+ vy’amahanga hari icoshobora kugwisha imvura, canke amajuru ubwayo yoshobora gutanga imvura nyinshi+? None si wewe, ga Yehova Mana yacu+? Kandi turakwizigiye, kuko ari wewe wakoze ivyo bintu vyose+.
45 kugira mwerekane ko muri abana ba So ari mw’ijuru+, kuko atuma izuba rirasira ababi n’abeza, agatuma n’imvura igwira abagororotsi n’abatari abagororotsi+.