-
Abacamanza 6:21Bibiliya y’isi nshasha
-
-
21 Maze nya mumarayika wa Yehova atuma isonga ry’inkoni yari mu kuboko kwiwe, akora kuri za nyama na twa dutsima tutarimwo umwambiro, umuriro uca utangura kuduga uvuye muri nya gitandara, uyigiza za nyama na twa dutsima tutarimwo umwambiro+. Nya mumarayika wa Yehova aca arakamangana ntiyasubira kumubona.
-