Abacamanza 3:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Hanyuma we arasohoka+. Nuko abasuku biwe baraza maze bararaba, basanga imiryango y’icumba co hejuru idadiye. Bavuga rero bati: “Ariko aritabara+ mu cumba gipfutse.” 1 Samweli 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amaherezo ashika ku mpongore z’intama zubakishijwe amabuye zari iruhande y’inzira, ahari isenga. Sauli yinjirayo kwitabara+, mu gihe Dawidi n’abantu biwe bari mu bice vyo hirya cane vy’iryo senga+, bicaye.
24 Hanyuma we arasohoka+. Nuko abasuku biwe baraza maze bararaba, basanga imiryango y’icumba co hejuru idadiye. Bavuga rero bati: “Ariko aritabara+ mu cumba gipfutse.”
3 Amaherezo ashika ku mpongore z’intama zubakishijwe amabuye zari iruhande y’inzira, ahari isenga. Sauli yinjirayo kwitabara+, mu gihe Dawidi n’abantu biwe bari mu bice vyo hirya cane vy’iryo senga+, bicaye.