ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 24:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Amaherezo ashika ku mpongore z’intama zubakishijwe amabuye zari iruhande y’inzira, ahari isenga. Sauli yinjirayo kwitabara+, mu gihe Dawidi n’abantu biwe bari mu bice vyo hirya cane vy’iryo senga+, bicaye.

  • 1 Abami 18:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nuko ku mutaga Eliya atangura kubatwenga+, avuga ati: “Hamagare n’ijwi ryanyu ryose, kuko ari imana+; kuko hategerezwa kuba hari ikintu kiyifatiriye, kandi igomba kwituma+, ikaba rero itegerezwa kuja kwa surwumwe+. Canke kumbure irasinziriye, ikaba rero ibwirizwa kuvyuka+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika