ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 23:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi uze wamane urumambo wifashisha kumwe n’ibikoresho vyawe, maze niwasutama ku gahinga ngo witabare, uze urwimbishe ikinogo hanyuma uhindukire upfuke umwanda wawe mukuru+.

  • Abacamanza 3:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Hanyuma we arasohoka+.

      Nuko abasuku biwe baraza maze bararaba, basanga imiryango y’icumba co hejuru idadiye. Bavuga rero bati: “Ariko aritabara+ mu cumba gipfutse.”

  • 1 Abami 18:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nuko ku mutaga Eliya atangura kubatwenga+, avuga ati: “Hamagare n’ijwi ryanyu ryose, kuko ari imana+; kuko hategerezwa kuba hari ikintu kiyifatiriye, kandi igomba kwituma+, ikaba rero itegerezwa kuja kwa surwumwe+. Canke kumbure irasinziriye, ikaba rero ibwirizwa kuvyuka+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika