ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 29:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Maze bazovuga ngo: ‘Ni kubera bataye isezerano+ rya Yehova Imana ya ba sekuruza babo, iryo yagiranye na bo igihe yabakura mu gihugu ca Misiri+.

  • Abacamanza 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Amaherezo ishavu rya Yehova rirurumbira+ Isirayeli maze avuga ati: “Kubera ko iri hanga ryahonyanze isezerano ryanje+ nategetse ba sekuruza babo kandi ntiryumvirize ijwi ryanje+,

  • 1 Abami 8:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nta kintu na kimwe cari muri iyo Sandugu kiretse vya bisate vy’amabuye+ bibiri Musa yari yarashizemwo+ i Horebu, ca gihe Yehova yasezerana+ na bene Isirayeli hamwe bariko bava mu gihugu ca Misiri+.

  • 2 Abami 17:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 babandanya guta ingingo nyobozi ziwe n’isezerano+ ryiwe yari yaragiranye na ba sekuruza babo n’ivyibutsa+ vyiwe yari yarakoresheje mu kubaburira, hanyuma batangura gukurikira ibigirwamana vy’imburakimazi+ maze ubwabo bacika imburakimazi+, egome, mu kwigana amahanga yari irya n’ino yabo, ayo Yehova yari yarabategetse ku biyerekeye ngo ntibaze bakore nka yo+.

  • Abaheburayo 8:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 atari nka rya sezerano+ nagiranira na ba sekuruza babo ku musi nabafata ukuboko kugira ngo ndabasohore mu gihugu ca Misiri+, kubera ko batabandanije mw’isezerano ryanje+, ku buryo naretse kubababara,’ ni ko Yehova avuga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika