Kuvayo 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hanyuma Musa aba umwungere w’umukuku wa Yetiro+, umuherezi wa Midiyani, uwo yari abereye umukwe+. Igihe yari ashoreye umukuku ku ruhande rw’uburengero bw’agahinga, yaratevye ashika ku musozi w’Imana y’ukuri+, i Horebu+. Abacamanza 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mu nyuma umumarayika wa Yehova araza+, yicara munsi y’igiti kinini cari i Ofura, icegukira Yowasi Umwabiyezeri+, mu gihe Gideyoni+ umuhungu wiwe yariko akubitira ingano mu ruganiro rw’umuvinyu kugira azikureho ningoga Midiyani ntizibone. 2 Samweli 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli.
3 Hanyuma Musa aba umwungere w’umukuku wa Yetiro+, umuherezi wa Midiyani, uwo yari abereye umukwe+. Igihe yari ashoreye umukuku ku ruhande rw’uburengero bw’agahinga, yaratevye ashika ku musozi w’Imana y’ukuri+, i Horebu+.
11 Mu nyuma umumarayika wa Yehova araza+, yicara munsi y’igiti kinini cari i Ofura, icegukira Yowasi Umwabiyezeri+, mu gihe Gideyoni+ umuhungu wiwe yariko akubitira ingano mu ruganiro rw’umuvinyu kugira azikureho ningoga Midiyani ntizibone.
8 Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli.