Zaburi 47:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Imana ari Umwami w’isi yose+;Hibongoze, mukorana ukwiyubara+. Zaburi 83:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kugira bamenye+ yuko wewe, uwitwa Yehova+,Ari wewe wenyene Musumbavyose+ kw’isi yose+. Zaburi 97:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Musumbavyose hejuru y’isi yose+;Waduze hejuru cane y’izindi mana zose+. Zaburi 115:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kubera iki amahanga yovuga ngo+:“None Imana yabo iri hehe+?” Abaroma 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kuko naho bari bazi Imana batayininahaje bwa Mana canke ngo bayikengurukire+, ahubwo bacitse ibijuju+ mu vyiyumviro vyabo, kandi imitima yabo y’imburabwenge yacitse iyitwikiriwe n’umwiza+. 1 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.
9 Kuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Musumbavyose hejuru y’isi yose+;Waduze hejuru cane y’izindi mana zose+.
21 kuko naho bari bazi Imana batayininahaje bwa Mana canke ngo bayikengurukire+, ahubwo bacitse ibijuju+ mu vyiyumviro vyabo, kandi imitima yabo y’imburabwenge yacitse iyitwikiriwe n’umwiza+.
4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.