1 Abami 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo Beni-hadadi+ umwami wa Siriya, akoraniriza hamwe inteko za gisirikare ziwe zose, ari kumwe+ n’abami mirongo itatu na babiri n’amafarasi+ n’imikogote+, maze aduga gusugereza+ Samariya+ no kuharwanya. 1 Abami 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Batangura gusohoka ku mutaga, mu gihe Beni-hadadi yariko anywera kuborerwa+ mu nsago, we hamwe n’abami, ba bami mirongo itatu na babiri bariko bamufasha.
20 Nayo Beni-hadadi+ umwami wa Siriya, akoraniriza hamwe inteko za gisirikare ziwe zose, ari kumwe+ n’abami mirongo itatu na babiri n’amafarasi+ n’imikogote+, maze aduga gusugereza+ Samariya+ no kuharwanya.
16 Batangura gusohoka ku mutaga, mu gihe Beni-hadadi yariko anywera kuborerwa+ mu nsago, we hamwe n’abami, ba bami mirongo itatu na babiri bariko bamufasha.