ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 16:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Nuko, nk’aho kuri we coba cari ikintu gisanzwe cane+ kugendera mu bicumuro vya Yerobowamu+ mwene Nebati, aca yabira+ Yezebeli+ umukobwa wa Etibayali umwami w’Abanyasidoni+, maze aja gukorera Bayali+ no kuyunamira.

  • 1 Abami 18:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Gutyo, igihe Yezebeli+ yarandura abahanuzi ba Yehova+, Obadiya yafashe abahanuzi ijana hanyuma aguma abanyegeje mw’isenga ari mirongo itanitanu, kandi abaronsa umukate n’amazi+.)

  • 1 Abami 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Yezebeli aca atuma intumwa kuri Eliya ati: “Imana zingirire gutyo+, mbere n’ibirenze ivyo+, ejo nk’aya mango ubuzima bwawe nintabugira nk’ubuzima bw’umwumwe wese muri bo!”

  • 1 Abami 21:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ni ukuri, nta n’umwe yabaye nka Ahabu+, uwihebeye gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, ari na we Yezebeli+ umugore wiwe yasutse+.

  • 2 Abami 9:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Hanyuma arinjira, ararya yongera aranywa, maze avuga ati: “Ndabinginze mwitwararike ico kivume+, mugihambe, kuko ari umukobwa w’umwami+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika