ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Niwabona mu ntara y’ubutware uguhahazwa kwa ntahonikora n’ugukurwaho kw’urubanza+ be n’ugukurwaho kw’ubugororotsi hakoreshejwe ubukazi, ntibize bikwumize+, kuko uwuri hejuru y’uwuri hejuru+ ariko aritegereza+, kandi hariho abari hejuru yabo.

  • Umusiguzi 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Hariho ikintu c’ubusa gikorwa kw’isi: ni uko hariho abagororotsi bashikirwa n’ibintu vyari bikwiranye n’igikorwa c’ababisha+, hakaba n’ababisha bashikirwa n’ibintu vyari bikwiranye n’igikorwa c’abagororotsi+. Navuze yuko ivyo na vyo nyene ari ubusa.

  • Habakuki 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ufise amaso atyoroye rwose ku buryo utoraba ikibi; ntushobora kwitegereza ivyago+. Kubera iki witegereza ibihemu+, ukaguma winumiye igihe umubisha amira uwumurusha ubugororotsi+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika