ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Kuko utari Imana ihimbarwa n’ububisha+;

      Nta mubi yobana nawe akanya na gatoyi+.

  • Yesaya 59:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.

  • 1 Petero 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 mugabo, nk’uko wa Mweranda yabahamagara ari, namwe ubwanyu mube beranda mu ngeso zanyu zose+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika