Gusubira mu vyagezwe 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+ n’inguvu zawe zose+. Gusubira mu vyagezwe 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ubu none ga Isirayeli, hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba+ atari ugutinya+ Yehova Imana yawe, kugira ngo ugendere mu nzira ziwe zose+ no kugira ngo umukunde+, wongere ukorere Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose+, Zaburi 145:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yehova arinda abamukunda bose+,Mugabo ababisha bose azobazimanganya+. Matayo 22:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Amubwira ati: “‘Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’umuzirikanyi wawe wose+.’ 1 Abakorinto 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko nimba umuntu akunda Imana+, uwo arazwi na yo+. 1 Yohani 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko iki ari co ugukunda+ Imana gusobanura: ni uko twubahiriza amabwirizwa yayo+; yamara amabwirizwa yayo si umuzigo+,
5 Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+ n’inguvu zawe zose+.
12 “Ubu none ga Isirayeli, hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba+ atari ugutinya+ Yehova Imana yawe, kugira ngo ugendere mu nzira ziwe zose+ no kugira ngo umukunde+, wongere ukorere Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose+,
37 Amubwira ati: “‘Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’umuzirikanyi wawe wose+.’
3 Kuko iki ari co ugukunda+ Imana gusobanura: ni uko twubahiriza amabwirizwa yayo+; yamara amabwirizwa yayo si umuzigo+,