Kuvayo 33:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Musa abwira Yehova ati: “Raba, uriko umbwira ngo: ‘Dugana aba bantu,’ ariko wewe ubwawe ntiwamenyesheje uwo uzotuma ngo ajane nanje. Vyongeye, wewe ubwawe wavuze uti: ‘Ndakuzi mw’izina+, kandi bisubiye, waragize ubutoni mu maso yanje.’ Nahumu 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova ni mwiza+, ni igihome gikomeye+ ku musi w’amarushwa+. Arazi abaronderera ubuhungiro muri we+.
12 Musa abwira Yehova ati: “Raba, uriko umbwira ngo: ‘Dugana aba bantu,’ ariko wewe ubwawe ntiwamenyesheje uwo uzotuma ngo ajane nanje. Vyongeye, wewe ubwawe wavuze uti: ‘Ndakuzi mw’izina+, kandi bisubiye, waragize ubutoni mu maso yanje.’
7 Yehova ni mwiza+, ni igihome gikomeye+ ku musi w’amarushwa+. Arazi abaronderera ubuhungiro muri we+.