Abalewi 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “‘Iri rero ni ryo tegeko rigenga ikimazi c’ugusangira+ umuntu wese azoshikiriza Yehova: 2 Samweli 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Dawidi arangije gushikana nya bimazi biturirwa na nya bimazi vy’ugusangira, aca ahezagira+ abantu mw’izina rya Yehova+ nyen’ingabo. 1 Ngoma 21:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mugabo ya taberenakulo ya Yehova Musa yari yarakoreye mu gahinga na ca gicaniro c’ishikanwa riturirwa, ico gihe vyari ku kibanza gikirurutse c’i Gibeyoni+.
18 Dawidi arangije gushikana nya bimazi biturirwa na nya bimazi vy’ugusangira, aca ahezagira+ abantu mw’izina rya Yehova+ nyen’ingabo.
29 Mugabo ya taberenakulo ya Yehova Musa yari yarakoreye mu gahinga na ca gicaniro c’ishikanwa riturirwa, ico gihe vyari ku kibanza gikirurutse c’i Gibeyoni+.