ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 akora n’udukinzo amajana atatu mu nzahabu ivanze (agakinzo kamwekamwe kose agashirako imina zitatu z’inzahabu+). Maze umwami abishira muri ya Nzu y’Ikibira c’i Libani+.

  • 2 Ngoma 9:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 akora n’udukinzo amajana atatu mu nzahabu ivanze (agakinzo kamwekamwe kose agashirako imina zitatu z’inzahabu+). Maze umwami abishira muri ya Nzu y’Ikibira c’i Libani+.

  • Yesaya 22:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 kandi umuntu azokuraho igikingirizo ca Yuda. Kuri uwo musi uzoraba ububiko bw’ibirwanisho+ bw’inzu y’ikibira+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika