2 Samweli 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “None rero, Yehova Mana, ijambo wavuze ku bijanye n’umusavyi wawe no ku bijanye n’inzu yiwe, nurishitse gushika igihe kitagira urugero kandi ukore nk’uko wavuze+. 1 Ngoma 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nzotuma ahagarara mu nzu+ yanje no mu ngoma+ yanje gushika igihe kitagira urugero, kandi intebe y’ubwami yiwe+ izoba iy’igihe kitagira urugero.”’” 2 Ngoma 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 None rero, ewe Yehova Mana, umuhango wawe wahaye Dawidi dawe nube uwo kwizigirwa+, kuko ari wewe wanyimitse ukangira umwami+ wo kuganza igisata c’abantu mu bwinshi bangana nk’udutete tw’umukungugu w’isi+. Zaburi 119:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Niwibuke rya jambo wabwiye umusavyi wawe+,Iryo wandindirije+.
25 “None rero, Yehova Mana, ijambo wavuze ku bijanye n’umusavyi wawe no ku bijanye n’inzu yiwe, nurishitse gushika igihe kitagira urugero kandi ukore nk’uko wavuze+.
14 Nzotuma ahagarara mu nzu+ yanje no mu ngoma+ yanje gushika igihe kitagira urugero, kandi intebe y’ubwami yiwe+ izoba iy’igihe kitagira urugero.”’”
9 None rero, ewe Yehova Mana, umuhango wawe wahaye Dawidi dawe nube uwo kwizigirwa+, kuko ari wewe wanyimitse ukangira umwami+ wo kuganza igisata c’abantu mu bwinshi bangana nk’udutete tw’umukungugu w’isi+.