Zaburi 141:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+. Daniyeli 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 None rero, Mana yacu, niwumvirize isengesho ry’umusavyi wawe n’ukwinginga kwiwe, utume mu maso hawe hakayanganira+ ku kibanza c’aheranda hawe hacitse umusaka+, bibe ku bwa Yehova. Luka 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze abandanya kubaha ikigereranyo ku vy’uko bikenewe ko bama basenga kandi ntibadebukirwe+,
2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.
17 None rero, Mana yacu, niwumvirize isengesho ry’umusavyi wawe n’ukwinginga kwiwe, utume mu maso hawe hakayanganira+ ku kibanza c’aheranda hawe hacitse umusaka+, bibe ku bwa Yehova.