ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi ubwanyu muzombera ubwami bw’abaherezi n’ihanga ryeranda+.’ Ayo ni yo majambo ubwirizwa kubwira bene Isirayeli.”

  • Guharura 23:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Kuko ndababona ndi kw’isonga ry’ibitandara,

      Nkabitegereza ndi ku mirambi.

      Uko bagize igisata, baguma bacumbitse hariya bari ukwa bonyene+,

      Kandi ntibiharura mu mahanga+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Canke hari aho Imana yagerageje kuza gutora ihanga ngo iryizaneko irikuye hagati y’irindi hanga biciye ku bihinyuza+, ku bimenyetso+ no ku bitangaro+ no ku ntambara+ no ku kiganza gikomeye+ no ku kuboko kuramvuye+ no ku bubasha bukomeye kandi buteye ubwoba+, nka bimwe vyose Yehova Imana yanyu yabakorera mu Misiri mu maso yawe?

  • Gusubira mu vyagezwe 32:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Kuko umuturi wa Yehova ari abantu biwe+;

      Yakobo ni we mugabane atorana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika