Yosuwa 21:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Nta muhango n’umwe utashitse mu mihango myiza yose Yehova yari yarahaye inzu ya Isirayeli; yose yararangutse+. 1 Samweli 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Samweli abandanya gukura, kandi Yehova ubwiwe abana na we+, ntiyareka ngo hagire na rimwe mu majambo yiwe yose rikorokera hasi+. Abaheburayo 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kugira ngo biciye ku bintu bibiri bidahinduka muri vyo bikaba bidashoboka ko Imana ibesha+, twebwe abahungiye muri bwa buhungiro turonke indemesho ikomeye kugira ducakire ca cizigiro+ twashizwe imbere.
45 Nta muhango n’umwe utashitse mu mihango myiza yose Yehova yari yarahaye inzu ya Isirayeli; yose yararangutse+.
19 Samweli abandanya gukura, kandi Yehova ubwiwe abana na we+, ntiyareka ngo hagire na rimwe mu majambo yiwe yose rikorokera hasi+.
18 kugira ngo biciye ku bintu bibiri bidahinduka muri vyo bikaba bidashoboka ko Imana ibesha+, twebwe abahungiye muri bwa buhungiro turonke indemesho ikomeye kugira ducakire ca cizigiro+ twashizwe imbere.